Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Babonye ko badashobora kwinjira kubera ubwinshi bw’abantu, baca burira hejuru ku nzu, basambura aho bacisha ca kirago aryamyeko, bacururukiriza hagati mu bantu, gitumbereye imbere ya Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Babuze aho bocinjiriza kubg’ ishengero, būrira hejuru ku nzu, bagicisha mu mategura ayisakaye, bacururutsa mu nderuzo hagati y’abantu imbere ya Yesu.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:19
7 Referans Kwoze  

Ariko kubera ubwinshi bw’abantu, ntivyakunda ko bashikira Yesu. Nuko basambura ahantu hato ku nzu hejuru y’aho Yesu yari ari, bururukirizamwo ya nderuzo wa muntu aryamyeko.


Ivyo ndababwirira ahatabona, mubivugire ahabona; ivyo ndabongorera mu matwi, mubivugire hejuru ku mazu.


Uwuzoba ari hejuru ku nzu, ntaze asubire mu nzu kurondera ivyo ahungana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite