Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nuko haza abantu bateruye umuntu akongataye ku kirago, barondera ingene bomwinjiza mu nzu ngo bamuryamike imbere ya Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Maze haza abagabo bazanye ikimuga, bagiteruye mu nderuzo, barondera ingene bacinjiza ngo bagishire imbere yiwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:18
6 Referans Kwoze  

Maze ahasanga umugabo yitwa Ayineya, yari amaze imyaka umunani avundiye ku kirago kuko yari yarakongataye.


Nuko inkuru ziwe zikwiragira hose, gushika no muri Siriya. Bamuzanira abarwayi bose: abafise ububabare butandukanye, ababoshwe n’abadayimoni, abarwaye intandara, hamwe n’abatikakaza kubera bababara mu mubiri; bose arabakiza.


Ariko nshaka ko mumenya ko Umwana w’Umuntu afise ububasha kw’isi bwo guharira ivyaha.” Aca ategeka wa muntu akongataye ati: “Haguruka, ikorere ikirago cawe witahire.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite