Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Yesu aca aramvura ukuboko, amukorako. Aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!” Ubwo nyene imibembe ica iramuvako.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Aramvura ukuboko, amukorako, ati Ndakunze, humanuka. Imibembe ica imuvako.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:13
15 Referans Kwoze  

Yesu aramwegera, ahagarara i ruhande yiwe, akankamira ubwo bushuhe, buca burahera. Ako kanya nyene aca arahaguruka, arabazimana.


Yesu aca aramvura ukuboko amukorako. Aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!” Ubwo nyene aca arakira ya mibembe.


Yesu ari muri kimwe mu bisagara vy’aho hantu, haza umuntu yuzuye imibembe umubiri wose. Abonye Yesu, yikubita imbere yiwe yubitse umutwe hasi, aramwinginga ati: “Mwami, ubishatse woshobora kumpumanura.”


Yesu aca aramwihaniza ati: “Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira. Ariko genda umuherezi agusuzume, hanyuma utange ikimazi Mose yashinze ko uwuhumanutse atanga, kugira ngo bibabere ikimenyetso ko wahumanutse.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite