Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Nuko abandanya yigisha mu masinagogi y’i Yudaya.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Nukw avugira ijambo ry’Imana mu masinagogi y’i Galilaya.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:44
4 Referans Kwoze  

Ico gihe Yesu agendagenda mu ntara yose ya Galilaya yigishiriza mu masinagogi yaho, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza abantu ingwara zose n’ubumuga bwose.


Nuko agendagenda mu ntara ya Galilaya yose, avuga Ubutumwa Bwiza mu masinagogi, yirukana n’abadayimoni.


Yama yigisha mu masinagogi kandi agashimwa n’abantu bose.


Umusi umwe Yesu yari ku nkengera y’ikiyaga c’i Genezareti, akikujwe n’isinzi ry’abantu bariko bumviriza ijambo ry’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite