Luka 4:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe43 Ariko arababwira ati: “Ntegerezwa kuvuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami bw’Imana no mu bindi bisagara na vyo, kuko ari co canzanye.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Maz’ arababgira, ati Nkwiye kuvuga ubutumwa bgiza bg’ubgami bg’Imana no mu bindi bisagara, kukw ari co natumwe. Gade chapit la |