Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Yesu aca ava muri iyo sinagogi aja i muhira kwa Simoni. Inabukwe wa Simoni yari arwaye kandi ashushe cane, maze abari aho binginga Yesu ngo amukize.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Ava hasi, arasohoka ava mw isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Kandi inabukwe wa Simoni yar’ afashwe n’umururumbo ukomeye, baramumwingingira.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:38
9 Referans Kwoze  

Ariko n’ubu ndazi ko ico usaba Imana cose ikiguha.”


Mbega sinemerewe kubana n’umugore yizera nk’uko izindi ntumwa, abavukanyi b’Umwami Yesu Kristo na Kefa babigira?


Nuko bashiki ba Lazaro batumako Yesu bati: “Mwami, umwe ukunda ararwaye.”


Ariko Yesu ntiyamwishura n’ijambo na rimwe. Abigishwa biwe baraza baramwinginga bati: “Mwirukane kuko aguma avugiriza induru inyuma yacu.”


Nuko inkuru ziwe zikwiragira hose, gushika no muri Siriya. Bamuzanira abarwayi bose: abafise ububabare butandukanye, ababoshwe n’abadayimoni, abarwaye intandara, hamwe n’abatikakaza kubera bababara mu mubiri; bose arabakiza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite