Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Nuko inkuru ziwe zikwira muri ako karere kose.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Inkuru yiwe ikwira hose mu ntāra ihakikije.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:37
8 Referans Kwoze  

Yesu aca asubira i Galilaya yuzuye ubushobozi bwa Mpwemu Yera, maze inkuru yiwe ikwira akarere kose kahegereye.


Muri iyo misi, Umwami Herode Antipa yumva inkuru za Yesu kuko yari yamaze kumenyekana cane. Bamwe bavuga bati: “Yohana Umubatizi yazutse, ni co gituma afise ubushobozi bwo gukora ibitangaza.”


Ubwo nyene inkuru ziwe zica ziramamara mu ntara yose ya Galilaya.


Inkuru y’ico gitangaza ica ikwira hose muri iyo ntara.


Aho guhora, wa muntu aca aragenda atangura kuvuga no gukwiragiza iyo nkuru. Ivyo vyatumye Yesu adasubira kuja mu gisagara ku mugaragaro ahubwo aca aguma hanze kure yaco ahantu hihishije. Ariko na ho nyene abantu barahamusanga bavuye mu mihingo myinshi.


Ariko bo, basohotse baca bakwiragiza inkuru ziwe muri iyo ntara yose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite