Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Satani aramubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, bwira aya mabuye ahinduke imikate.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Umurwanizi aramubgira, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, bgira iri buye ricike umutsima.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:3
4 Referans Kwoze  

Umugeragezi aca aramwegera, amubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, bwira aya mabuye ahinduke imikate.”


Mpwemu Yera amanuka kuri we mw’ishusho y’inuma. Maze ijwi ryumvikana rivuye mw’ijuru riti: “Uri umwana wanje nkunda kandi urampimbara.”


ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Amara iyo misi ata co arya, maze iheze, yumva arashonje.


Yesu aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Umuntu ntabeshwaho n’indya gusa.’”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite