Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Barahaguruka, bamukwegera inyuma y’igisagara, bamujana hejuru ku musozi ico gisagara cari cubatsweko, kugira ngo bamutembagarize mu manga.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 bava hasi, baramushika bamukūra mu gisagara cabo, bamujana ku manga y’umusozi wubatswekw igisagara cabo, ngo bamutembagarizeyo:

Gade chapit la Kopi




Luka 4:29
13 Referans Kwoze  

Bumvise ayo majambo baca batora amabuye ngo bayamutere, ariko Yesu aca arinyegeza, arasohoka ava mu rusengero.


Ni co gituma na Yesu yababarijwe kandi agapfira inyuma y’igisagara kugira ngo ashikane abantu biwe ku kwera akoresheje amaraso yiwe.


Raba ndababwiye ukuri nigishijwe n’Imana, none mushaka kunyica. Aburahamu ntiyigeze akora ibisa n’ivyo.


Ndazi ko muri uruvyaro rwa Aburahamu. Ariko muriko murondera ingene mwonyica kuko ijambo ryanje ritagira ikibanza mu mitima yanyu.


Abari mw’isinagogi bavyumvise, bose baterwa n’ishavu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite