Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Kandi hari abanyamibembe benshi muri Isirayeli mu gihe c’uwavugishwa n’Imana Elisa, ariko nta n’umwe yahumanutse imibembe atari Namani Umusiriya.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Kandi hārih’ abanyamibembe benshi mu Bisirayeli mu gihe c’uwavugishwa n’Imana Elisa, ntihākizwa n’umwe muri bo, atari Namani Umusiriya.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:27
10 Referans Kwoze  

Nkiri kumwe na bo, nabazigamiye mu bushobozi bw’izina ryawe, rimwe wampa. Narabarinze kandi nta n’umwe muri bo yazimiye kiretse umwe yategerezwa kuranduka kugira ngo Ivyanditswe bishike.


Yinjiye mu nzu y’Imana, arya imikate yashikaniwe Imana; yongera ahako n’abari kumwe na we; kandi abaherezi ari bo bonyene bari bemerewe kuyirya.


Yesu aca aramvura ukuboko amukorako. Aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!” Ubwo nyene aca arakira ya mibembe.


Abari mw’isinagogi bavyumvise, bose baterwa n’ishavu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite