Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Arabandanya ati: “Ndababwire ukuri, nta wuvugishwa n’Imana yemerwa iwabo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Kand’ ati Ndababgire ukuri, Nta muntu avugishwa n’Imana yemerwa mu ntāra y’i wabo.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:24
6 Referans Kwoze  

Maze ivyiwe birabatsitaza, bituma batamwizera. Yesu arababwira ati: “Uwuvugishwa n’Imana arubahwa hose kiretse iwabo no mu muryango wiwe.”


(Yesu ubwiwe yari yaravuze ko ata wuvugishwa n’Imana ahabwa iteka mu gihugu ciwe.)


“Ndi Umuyuda, navukiye i Taruso muri Kilikiya, ariko nakuriye hano i Yerusalemu, nigishwa na Gamaliyeli kwitondera ivyagezwe vya ba sogokuruza mu kuri kwavyo kwose. Nagize ishaka ryinshi ryo kwubaha Imana nk’uko namwe muri hano uwu musi muyubaha.


Kandi kubera amajambo yiwe, n’abandi benshi barizera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite