Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Amara iyo misi ata co arya, maze iheze, yumva arashonje.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 ageragezwa n’Umurwanizi. Kandi mur’ iyo misi nta co yariye; ishize arasonza.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:2
16 Referans Kwoze  

Umuherezi mukuru dufise ashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu. Mbere yaciye mu mageragezwa twese ducamwo, ariko we nta caha yakoze.


Ni co gituma ashobora kudufasha iyo tugeragezwa, kuko na we yageragejwe n’imibabaro yaciyemwo.


Aho ni ho hari iriba rya Yakobo. Yesu aruhijwe n’urugendo, yicara kuri iryo riba. Aho hari nk’isaha zitandatu z’umurango.


Kare mu gitondo, Yesu ariko arasubira i Yerusalemu, yumva arashonje.


Amaze gusenga yisonzesheje imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine, yumva arashonje.


Satani aramubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, bwira aya mabuye ahinduke imikate.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite