Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Yesu aca asubira i Galilaya yuzuye ubushobozi bwa Mpwemu Yera, maze inkuru yiwe ikwira akarere kose kahegereye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Maze Yesu asubira i Galilaya, ari n’ubushobozi bga Mpwemu, inkuru yiwe ikwira mu gihugu cose kihakikije.

Gade chapit la Kopi




Luka 4:14
10 Referans Kwoze  

Murazi ivyabaye i Yudaya hose, uhereye i Galilaya inyuma y’umubatizo Yohana yigisha;


Yesu yumvise ko Yohana yashizwe mw’ibohero, aca aja i Galilaya.


Haheze imisi ibiri, Yesu ava i Samariya aja i Galilaya.


Nuko inkuru ziwe zikwira muri ako karere kose.


Ubwo nyene inkuru ziwe zica ziramamara mu ntara yose ya Galilaya.


Yohana amaze gutabwa mw’ibohero, Yesu aca aja i Galilaya avuga Ubutumwa Bwiza bw’Imana,


Inkuru y’ico gitangaza ica ikwira hose muri iyo ntara.


Ariko bo, basohotse baca bakwiragiza inkuru ziwe muri iyo ntara yose.


Satani ahejeje kumugerageza mu buryo bwose, aca amusiga aho, ntiyasubira kumugerageza gushika amuronse akandi karyo keza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite