Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 4:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 kuko handitswe ngo: ‘Azotegeka abamarayika biwe bakuzigame.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 kuko vyanditswe, ngw Azokuragiza abamarayika biwe, ngo bakuzigame:

Gade chapit la Kopi




Luka 4:10
6 Referans Kwoze  

Mbega abamarayika bose si impwemu zikorera Imana? Ntiyazitumye gukorera abazoragwa agakiza?


Satani aramubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, bwira aya mabuye ahinduke imikate.”


Ariko nta gitangaje kuko na Satani yigira umumarayika w’umuco.


Yesu aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera!’”


Bazokurerura mu maboko yabo, kugira ngo ntutsitare kw’ibuye.’”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite