Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 3:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Mbere incabiti ibanguriwe imizi y’ibiti: igiti cose kitama ivyamwa vyiza kigiye gucibwa gitererwe mu muriro.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Arikw incabiti igenekerejwe ku bitsina vy’ibiti; nuko rero, igiti cose kitama ivyiza kiracibga, kigatererwa mu muriro.

Gade chapit la Kopi




Luka 3:9
14 Referans Kwoze  

Igiti cose cama ivyamwa bibi kiracibwa kigatererwa mu muriro.


Uwutagumye muri jewe, ameze nk’ishami riterewe hanze rikuma; amashami ameze nk’iryo barayegeranya bakayaterera mu muriro agasha.


Nicama bizoba ari vyiza, nikitama na ho uzoheza ugiteme.’ ”


Aca abarira umukozi yari ajejwe uwo murima ati: ‘Maze imyaka itatu nza kurondera ivyamwa kuri uwu musukoni, ariko singire ico ndonka. Giteme, kuko nta cotuma kibandanya conona isi.’


Mbere incabiti ibanguriwe imizi y’ibiti: igiti cose kitama ivyamwa vyiza kigiye gucibwa gitererwe mu muriro.


Kuko “Imana yacu ni umuriro utongora.”


Abatumviye ivyagezwe vya Mose bose baricwa ata kigongwe, bagirijwe n’ivyabona bibiri canke bitatu.


Aca abacira uwu mugani ati: “Umuntu umwe yari afise igiti c’umusukoni giteye mu murima wiwe w’imizabibu. Umusi umwe aja kuraba ko hari icamwa yosangako, arabura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite