Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 3:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Mu gihe abantu bose bariko barabatizwa, Yesu na we yabatijwe hamwe na bo. Ariko arasenga, ijuru riruguruka,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Nukw abantu bose babatijwe, na Yesu ahejeje kubatizwa, arikw arasenga, ijuru rirakinguruka,

Gade chapit la Kopi




Luka 3:21
11 Referans Kwoze  

Ariko Yesu yama aja ahantu hiherereye mu bugaragwa gusenga.


Amaze gusezera abantu, aca aduga ku musozi wenyene aja gusenga, maze burira akiri ngaho wenyene.


Umusi umwe Yesu yariko arasenga yiherereye, ari kumwe n’abigishwa biwe. Arababaza ati: “Mbega abantu bavuga ko ndi nde?”


Yongerako ati: “Ndababwire ukuri, muzobona ijuru ryuguruye, abamarayika b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’Umuntu.”


uhereye igihe yabatizwa na Yohana, gushika igihe yaduzwa mw’ijuru. Uwo azoheza abe icabona kimwe muri twebwe co gushingira intahe ukuzuka kwiwe.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite