20 Herode yaciye yongerako ikindi caha kibi co gushira Yohana mw’ibohero.
20 kur’ ivyo vyose Herode agerekakw iki, yugaranira Yohana mw ibohero.
Basheshe amaraso y’abera bawe n’abavugishwa bawe, none ubahaye amaraso ngo banywe. Ni yo mpera bakwiriye.”
(Aho hari imbere yuko Yohana atabwa mw’ibohero.)
Yesu yumvise ko Yohana yashizwe mw’ibohero, aca aja i Galilaya.