Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 3:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Afise mu minwe urutaro rwo kugosora. Azokubura ikibanza co gusekuriramwo, ahejeje kugosora, azokwegeraniriza ingano mu kigega, umuguruka na wo awuturirire mu muriro utazokwigera uzima.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Urutaro rwiwe ruri mu kuboko kwiwe, ngw akubure imbuga yiwe neza, yimburire ingano mu kigega ciwe, maz’ umuguruka awuturire mu muriro utazima.

Gade chapit la Kopi




Luka 3:17
9 Referans Kwoze  

Reka vyose bikurane kugeza umusi wo kwimbura. Ico gihe nzobwira abimbuzi babanze begeranye urwamfu barutekere mu mikama hanyuma baruturire, maze uburo babwimburire mu kigega canje.’ ”


Afise urutaro rwo kugosora mu minwe, azokubura ikibanza co gusekuriramwo. Ahejeje kugosora azokwegeraniriza ingano mu kigega umuguruka na wo awuturirire mu muriro utazokwigera uzima.”


Nuko Yohana abandanya abwira abantu Ubutumwa Bwiza burimwo amajambo menshi yo kubatera intege.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite