Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 24:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Bakizazaniwe kubera umunezero n’ugutangara kwinshi, arababaza ati: “Nta vyokurya mufise?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Akanyamuneza kakibabujije kuvyemera, bariko baratangara, arababaza, ati Har’ utwo kurya mufise hano?

Gade chapit la Kopi




Luka 24:41
14 Referans Kwoze  

Arabahamagara ati: “Bagenzi, nta fi mufise?” Na bo bati: “Oya!”


Ni ko bimeze no kuri mwebwe: Iki ni igihe canyu c’umubabaro, ariko nitwasubira kubonana imitima yanyu izonezerwa, kandi nta n’umwe azoshobora kubatwara umunezero wanyu.


Naho bari bumvise ko Yesu ari muzima kandi ko yamwiboneye, ntibizeye ivyo ababwiye.


Maze baca baragaruka babibwira abandi, ariko na bo nyene ntibizera ivyo bababwiye.


Mu nyuma Yesu yiyereka bamwe cumi n’umwe bariko barasangira. Arabahambarira kubera ukutizera n’ugukomantaza imitima kuko banse kwemera ivyo babwiwe n’abamubonye amaze kuzuka.


Ariko intumwa ntizavyemera kuko ivyo abo bagore bavuga vyasa n’imigani kuri bo.


Ahejeje kuvuga ivyo, abereka ibiganza n’ibirenge vyiwe.


Nuko bamuzanira ikimanyu c’ifi yokeje,


Yumvise ijwi rya Petero, aranezerwa cane, aca asubira inyuma yiruka atuguruye, avuga ati: “Ni Petero ari kw’irembo!”


Bari bafise kandi n’udufi duke. Na two adushimira Imana, abwira abigishwa ngo baduhe abantu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite