Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 24:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Ariko baramwinginga cane bati: “Gumana natwe kuko buriko burira, kandi umusi ugeze kure.” Nuko Yesu agumana na bo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Baramugōbēra, bati Gumana natwe, kuko bugira bgire kand’ umusi ukuze cane. Arinjira ngw agumane na bo.

Gade chapit la Kopi




Luka 24:29
6 Referans Kwoze  

Shebuja aramubarira ati: ‘Genda mu mayira y’inyuma y’igisagara no mu mirombero, ugobere abantu baze kugira ngo inzu yanje yuzure.


Umwe mu bariko baratwumviriza yitwa Lidiya, yava i Tuwatira, akaba yari umudandaza w’impuzu z’agaciro kandi yubaha Imana. Nuko Umwami Imana yugurura umutima wiwe, yakira Ubutumwa Pawulo yariko aravuga.


Bagira bashike mu gisagara bari bagiyemwo, Yesu amera nk’uwushaka kubandanya.


Bicaye bagira bafungure, Yesu afata umukate, awushimira Imana, arawumanyagura, arawubahereza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite