Luka 24:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 natwe twari twizeye ko ari we yocunguye Abisirayeli. Kandi uwu ni umusi ugira gatatu ivyo bibaye. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Kandi twari twishimiye yukw ari we azocungura Abisirayeli. Kand’ ikigeretseko, uyu n’umusi ugira gatatu uhereye ah’ ivyo vyabereye. Gade chapit la |