Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 24:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Yesu arababaza ati: “Ivyo mugenda muraganira ni ibiki?” Nuko baca barahagarara, bijiriwe cane.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Arababaza, ati Mbeg’ ivyo mugenda murabazanya n’ibiki? Barahagarara, bijiriwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 24:17
5 Referans Kwoze  

Yamara imitima yanyu yuzuye umubabaro kubera ivyo ndababwiye.


Ariko amaso yabo anyegezwa uwo ari we, ntibamumenya.


Umwe muri bo yitwa Kirewofasi aca amubaza ati: “Ni wewe wenyene waje i Yerusalemu utamenye ivyahabereye muri iyi misi?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite