Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 24:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Bakiriko baraganira bahanahana ivyiyumviro, Yesu aca arabegera ajana na bo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Bakivugana babazanya, Yesu ubgiwe arabēgēra, ajana na bo.

Gade chapit la Kopi




Luka 24:15
6 Referans Kwoze  

Kuko aho babiri canke batatu bakoraniye mw’izina ryanje, nanje mba ndi hagati muri bo.”


Bakiriko barababwira ivyabaye, Yesu araza ahagarara hagati yabo, arababwira ati: “Amahoro abane namwe!”


Maze abigishwa bavugana hagati yabo bati: “Ivyo abivuze kubera tutazanye imikate.”


bagenda baganira ku vyabaye vyose.


Ariko amaso yabo anyegezwa uwo ari we, ntibamumenya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite