Luka 24:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ariko Petero we arahaguruka agenda yiruka aja ku mva. Ashitseyo, arunama araba mu mva, abona vya bitambara vyera gusa, aca asubira inyuma yibaza ivyabaye. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ariko Petero ava hasi, yirukira ku mva, arunama, arungurukamwo, abona impuzu zera ziri zonyene: asubira i we, atangajwe n’ibibaye. Gade chapit la |