Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 24:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Ku musi wa mbere utangura indwi, hakiri kare mu gitondo, ba bagore bafata vya bimota neza bari bateguye, baja ku mva.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Ku wa mbere w’imisi ndwi kare mu mutwenzi baja kuri ya mva, bajanye vya bimota neza bāteguye.

Gade chapit la Kopi




Luka 24:1
10 Referans Kwoze  

Abo bagore bagiye kubwira intumwa ivyabaye bari Mariya Magadalena, Yowana, na Mariya nyina wa Yakobo, n’abandi bagore bari kumwe na bo.


Ico gihe hariho abagore bariko barabikurikirana bari kure. Muri bo harimwo Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo mutoya na Yose, hamwe na Salome.


Bahashitse, basanga ikibuye cari cugaye imva catembagajwe,


Ikigeretseko, hari abagore bo muri twebwe badutangaje. Bagiye ku mva uno musi mu gitondo,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite