Luka 23:53 - Bibiliya mu Kirundi coroshe53 Hanyuma akimanura ku musaraba, akizingira mu gitambara cera, aca agishira mu mva nshasha yimbwe mu gitandara, itari bwigere ihambwamwo umuntu na rimwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)53 Arakibambūra, akizingira mu mpuzu yera, agishira mu mva yimbge mu bitandara, itarahambgamw’ umuntu. Gade chapit la |