Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

51 Ntiyari ashigikiye abandi mu ngingo zose bafashe n’ivyo bakoze. Yava mu gisagara c’Abayuda citwa Arimataya, kandi yari yiteze ukuza kw’Ubwami bw’Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 Uwo ntiyari yafatanije inama n’abandi n’ivyo bākoze; yar’ Umunyarimataya, igisagara c’Abayuda, yar’ areretse ubgami bg’Imana.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:51
13 Referans Kwoze  

I Yerusalemu hari umugabo yitwa Simeyoni, yari umugororotsi kandi yubaha Imana. Yari yiteze kubona ukwirurwa kwa Isirayeli, kandi Mpwemu Yera yari kuri we.


Ako kanya nyene, ashika aho bari aca atangura gushima Imana no kubwira abari biteze ugucungurwa kwa Yerusalemu bose inkuru z’uwo mwana.


Yosefu w’i Arimataya ararinda, aja kwa Pilato amusaba ikiziga ca Yesu. Uwo Yosefu yari umwubahwa mu bagize inama nkuru y’ubwoko bw’Abayuda kandi yari yiteze ukuza kw’Ubwami bw’Imana.


Aca avuga ati: “Yesu, uranyibuka niwagaruka mu Bwami bwawe.”


Buriko burira, haza umutunzi w’i Arimataya yitwa Yosefu, kandi na we nyene yari umwigishwa wa Yesu.


Nuko aja kwa Pilato, amusaba ikiziga ca Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite