Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Ariko abari bazi Yesu, harimwo na ba bagore bari bamukurikiye kuva i Galilaya, bagumye bahagaze aho bakurikiranira kure ivyariko biraba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Abazinanyi na Yesu bose n’abagore bāri bavanye i Galilaya na we bāri bahagaze kure barāba ivyo.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:49
12 Referans Kwoze  

hamwe n’abagore bakize impwemu mbi n’izindi ngwara, ari bo Mariya Magadalena yirukanywemwo abadayimoni indwi,


Nuko ba bagore bavana na Yesu i Galilaya, bakurikira Yosefu, barabona ya mva, babona n’ukuntu ikiziga ca Yesu kiryamitsweyo.


Maze abantu isinzi baramukurikira, harimwo n’abagore bagenda baramuririra baboroga.


Kandi ico gihe Mariya Magadalena na Mariya nyina wa Yose bariko bararaba aho bashize ikiziga ca Yesu.


Mariya Magadalena na Mariya wundi, bari bicaye imbere y’imva.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite