Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

48 Rya sinzi ry’abantu bari bakoraniye aho baje gushengerera ibiriko biraba babonye ibibaye, basubira inyuma buzuye umubabaro, bishishitira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

48 Ishengero ryose ryari ribikungereye, babonye ibibaye basubira inyuma bishishitira.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:48
4 Referans Kwoze  

Ariko wa mutozakori ahagarara kure, ntiyubahuka no kurangamiza mw’ijuru, yamara yikubita ku gikiriza, avuga ati: ‘Mana, ngirira imbabazi, jewe umunyavyaha.’


Abari ngaho bose bavyumvise bibacumita mu mitima, babaza Petero n’izindi ntumwa bati: “Bagabo benewacu, dukore iki?”


Ico gihe abantu bose bariko baramuririra. Yesu arababarira ati: “Nta co murira kuko ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite