Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 kuko izuba ryari ryazimye. Maze igitambara co mu rusengero na co gitabukamwo kabiri.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 izuba ryazimanganye; igihuzu gikingiriza ahēra cane h’urusengero gitantamukamwo kubiri.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:45
9 Referans Kwoze  

Uwo mwanya nyene, igitambara co mu rusengero gitandukanya ahera n’ahera cane gitabukamwo kubiri kuva hejuru gushika hasi. Isi iranyiganyiga, ibitandara birasatagurika,


Igitambara co mu rusengero gica gitabukamwo kubiri kuva hejuru gushika hasi.


Ivyo vyizigiro bimeze nk’inanga ifata ubwato mu kiyaga igumye kandi ikomeye ishigikiye imishaha yacu. Ni vyo bituma turengana ca gitambara gikinze ahera, tugashika imbere y’Imana;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite