Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Hari nk’isaha zitandatu z’umurango, maze umwijima utwikira igihugu cose gushika isaha icenda,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Kandi hāri nk’isaha zitandatu, ubgirakabiri bukorana mu gihugu cose, bushitsa mw isaha y’icenda,

Gade chapit la Kopi




Luka 23:44
12 Referans Kwoze  

Kuva isaha zitandatu z’umurango kugeza isaha y’icenda, haba umwijima, utwikira igihugu cose.


Izuba rizohinduka umwijima, ukwezi guhinduke amaraso, imbere y’ukuza kwa wa musi w’Uhoraho uhambaye kandi w’ubwiza.


imva ziruguruka kandi imibiri myinshi y’abera irazuka.


Hari nk’isaha zitandatu ku musi wo kwitegurira Pasika. Nuko Pilato abwira Abayuda ati: “Ng’uwu umwami wanyu!”


Umusoda mukuru w’Umuroma yari ahagaze imbere ya Yesu, abonye ingene apfuye, aravuga ati: “Ni ivy’ukuri uwu yari Umwana w’Imana!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite