Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Abantu isinzi bari aho babiraba; abakuru b’Abayuda na bo bamucokora, bavuga bati: “Yakijije abandi, niyikize na we turabe, ko yigira ngo ni Kristo, Uwatoranijwe n’Imana.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Abantu bahagarara barāba. Abashingantahe na bo bamutwengera mw ijigo, bati Yakijije abandi, ni yikize, namb’ ari Kristo w’Imana, uwatoranijwe na yo.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:35
24 Referans Kwoze  

Nimwegere Umwami, ni we buye rifise ubugingo ryagawe n’abantu ariko ryatoranijwe n’Imana.


Abafarisayo, kubera ko bakunda amahera cane, bumvise ivyo vyose baca baramutwenga.


“Ng’uwu umukozi wanje natoranije, uwo nkunda kandi umutima wanje unezerererwa. Nzomushirako Mpwemu wanje, na we azomenyesha amahanga ivy’ubutungane.


Hanyuma ijwi ryumvikana rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda, akampimbara.”


Pilato aca akoranya abakuru b’abaherezi, abatware n’abari aho bose,


Umwe muri za nkozi z’ikibi zibambanywe na we aramutuka ati: “Ko uri Kristo, niwikize hanyuma udukize natwe.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite