Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Kandi hariho n’abandi bagabo babiri b’inkozi z’ikibi, na bo bajanwa kwicirwa hamwe na Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 N’abandi babiri, b’inkozi z’ibibi, bajananwa na we kwicanwa na we.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:32
8 Referans Kwoze  

Ba basoda bongera babamba ibisuma bibiri i ruhande ya Yesu, kimwe i buryo, ikindi i bubamfu bwiwe. [


Abasoda bongera babamba ibisuma bibiri i ruhande ya Yesu, kimwe i buryo, ikindi i bubamfu.


Aho ni ho bamubamvye. Hari n’abandi bantu babiri babambanywe na we: umwe hirya, uwundi hino, Yesu na we asigara hagati.


Ndababwire, iri jambo ryavugishijwe kuri jewe ngo: ‘Yafashwe nk’umwe mu bagarariji,’ ritegerezwa gushika. Ni ukuri, ivyanditswe kuri jewe bigira bishike.”


Duhange amaso Yesu Kristo, we yatanguje ukwizera kwacu akaba ari na we agushitsa ku gutungana. Umunezero yashizwe imbere ni wo watumye yihanganira umusaraba n’isoni zawo. Ubu yicaye mu kibanza c’iteka i buryo bw’intebe y’inganji y’Imana.


Kuko nimba bagiriye gutya igiti kibisi, mbega icumye co bizokigendera gute?”


gushika aho mbohwa nk’umwicanyi. Ariko ijambo ry’Imana ryo ntiribohwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite