Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Hanyuma ‘bazobwira imisozi bati: “Tugweko!” n’imitumba bati: “Tunyegeze!” ’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Ni ho bazotangura kubarira imisozi, bati Ni mutugweko; n’imirambi, bati Ni mudupfuke.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:30
6 Referans Kwoze  

Bahamagara imisozi n’ibitandara vy’amabuye bavuga bati: “Nimutugweko muduhishe amaso y’uwicaye ku ntebe y’inganji, n’uburake bw’Umwagazi w’intama,


Muri iyo misi abantu bazorondera urupfu ariko ntibarubone; bazokwipfuza gupfa, ariko urupfu ruzobahunga.


Kuko nimba bagiriye gutya igiti kibisi, mbega icumye co bizokigendera gute?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite