Luka 23:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Kuko igihe kigiye gushika, aho abantu bazovuga bati: ‘Hahiriwe abagore batigeze bavyara, n’inda zitigeze zibungenga, hamwe n’amabere atigeze yonsa.’ Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 kukw imisi izoza bazovuga, bati Hahirwa abāgumbashe n’inda zitigeze kuvyara n’amabere atigeze kwonsa. Gade chapit la |