Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Maze abantu isinzi baramukurikira, harimwo n’abagore bagenda baramuririra baboroga.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Ishengero ry’abantu ryinshi riramukurikira, ririmwo n’abagore bishishitira, bamuborogera.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:27
9 Referans Kwoze  

Ico gihe abantu bose bariko baramuririra. Yesu arababarira ati: “Nta co murira kuko ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye.”


hamwe n’abagore bakize impwemu mbi n’izindi ngwara, ari bo Mariya Magadalena yirukanywemwo abadayimoni indwi,


Ico gihe hariho abagore bariko barabikurikirana bari kure. Muri bo harimwo Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo mutoya na Yose, hamwe na Salome.


Nuko ba bagore bavana na Yesu i Galilaya, bakurikira Yosefu, barabona ya mva, babona n’ukuntu ikiziga ca Yesu kiryamitsweyo.


Abagore benshi bari bavuye i Galilaya bazananye na Yesu kugira ngo bamushigikire mu gikorwa ciwe, bari ngaho babirabira kure.


‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro ntimwarira.’


Yesu arahindukira arababarira ati: “Bakobwa b’i Yerusalemu, nta co mundirira. Nimwiririre mwebwe, muririre n’abana banyu.


Ndababwire ukuri, muzorira mugandare, ariko isi yo izonezerwa. Muzogira umubabaro, ariko umubabaro wanyu uzohinduka umunezero.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite