Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Noneho baca bashira urwamo hejuru basaba ko Yesu abambwa, gushika aho Pilato arengerwa,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ariko barīhambīra bavuga n’amajwi arenga, bamusaba kw abambga, amajwi yabo aramunesha.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:23
7 Referans Kwoze  

Ariko barushiriza kuvuga bati: “Agumura abantu i Yudaya hose biciye mu nyigisho ziwe. Yatanguriye i Galilaya none raba ashitse n’ino i Yerusalemu.”


Ariko Petero abisubiramwo ashimitse ati: “Sinshobora kukwihakana ngo sindakuzi naho vyonsaba gupfana na we.” N’abandi bigishwa bavuga amajambo nk’ayo.


Yongera kubabaza ubwa gatatu ati: “None ni ikihe caha yakoze? Nta kintu na kimwe nabonye yakoze cotuma yicwa. Ariko ndamutanga bamutonagure gusa, hanyuma ndamurekure.”


aca abemerera ico bamusavye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite