Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Yongera kubabaza ubwa gatatu ati: “None ni ikihe caha yakoze? Nta kintu na kimwe nabonye yakoze cotuma yicwa. Ariko ndamutanga bamutonagure gusa, hanyuma ndamurekure.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Ababaza ubugira gatatu, ati Ku ki? Uyu yakoze ikibi ki? Simmubonakw igikwiye kumwicisha; nuko ndamukubita, ndamurekure.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:22
8 Referans Kwoze  

ababwira ati: “Mwanzaniye uwu muntu muvuga ko yateye imigumuko, ariko namusambishirije imbere yanyu, nta caha camwagiriye.


Kuko na Kristo yababarijwe ivyaha vyacu rimwe gusa, uwutagira icaha apfira abanyavyaha, kugira ngo abahuze n’Imana. Mu mubiri yarishwe, ariko Mpwemu Yera amusubiza ubugingo.


ahubwo ni amaraso y’igiciro kinini ya Kristo, Umwagazi w’intama w’Imana utagira icaha canke umugayo.


Kubera ko Pilato yagomba kurekura Yesu, yongera avugana n’iryo sinzi ry’abantu.


Ndamukubitisha gusa, hanyuma ndamurekure.” [


Pilato aca abarira abakuru b’abaherezi n’isinzi ry’abantu bari aho bose ati: “Uwu muntu simbona ikimwagira.”


Ariko bo barushiriza gusemerera bati: “Nabambwe! Nabambwe!”


Noneho baca bashira urwamo hejuru basaba ko Yesu abambwa, gushika aho Pilato arengerwa,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite