Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ariko bo barushiriza gusemerera bati: “Nabambwe! Nabambwe!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Ariko bo barayogora, bati Mubambe, mubambe.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:21
7 Referans Kwoze  

Barasemerera bati: “Napfe! Napfe! Nabambwe!” Pilato arababaza ati: “Mushaka ko mbamba umwami wanyu?” Abakuru b’abaherezi baramwishura bati: “Nta wundi mwami dufise atari Kayisari.”


Noneho baca bashira urwamo hejuru basaba ko Yesu abambwa, gushika aho Pilato arengerwa,


Barasemerera bati: “Nabambwe!”


Kubera ko Pilato yagomba kurekura Yesu, yongera avugana n’iryo sinzi ry’abantu.


Yongera kubabaza ubwa gatatu ati: “None ni ikihe caha yakoze? Nta kintu na kimwe nabonye yakoze cotuma yicwa. Ariko ndamutanga bamutonagure gusa, hanyuma ndamurekure.”


Naho atacamwagira cari gutuma bamucira urwo gupfa, basavye Pilato kumwicisha.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite