Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Kubera ko Pilato yagomba kurekura Yesu, yongera avugana n’iryo sinzi ry’abantu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Pilato yongera kubabgira, kukw agomba kurekura Yesu.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:20
6 Referans Kwoze  

Mu ntumbero yo kunezereza abantu benshi bari aho, Pilato arekura Baraba. Atanga itegeko ko bashishagura Yesu, hanyuma aramutanga kugira ngo bamubambe.


Kuva ako kanya, Pilato agerageza kurekura Yesu, ariko abakuru b’Abayuda babandanya basemerera bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba ukiri umugenzi wa Kayisari. Umuntu wese yiyita umwami aba agararije Kayisari.”


Pilato acicaye aho acira imanza, umugore wiwe amurungikira ubutumwa buvuga ngo: “Ntihagire ikintu na kimwe ugira uwo mugororotsi, kuko naraye mbabajwe cane mu ndoto kubera we.”


(Uwo Baraba yari yatawe mw’ibohero yagirizwa umugumuko wari wabaye mu gisagara hamwe n’ubwicanyi.)


Ariko bo barushiriza gusemerera bati: “Nabambwe! Nabambwe!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite