Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 (Uwo Baraba yari yatawe mw’ibohero yagirizwa umugumuko wari wabaye mu gisagara hamwe n’ubwicanyi.)

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Uwo yari yashizwe mw ibohero bamuhōye ukugarariza kwabaye mur’ ico gisagara, bo n’ubgicanyi.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:19
7 Referans Kwoze  

Mwihakanye Uwera, Umugororotsi, musaba ko barekura umwicanyi.


Ariko barushiriza kuvuga bati: “Agumura abantu i Yudaya hose biciye mu nyigisho ziwe. Yatanguriye i Galilaya none raba ashitse n’ino i Yerusalemu.”


batangura kumurega bavuga bati: “Uwu muntu twasanze ariko aragumura abantu bo mu bwoko bwacu, ababuza gutanga ikori rya Kayisari, kandi yigira Kristo, umwami.”


Hariho umugabo yitwa Baraba yari mw’ibohero kuko we na bagenziwe bagirizwa ubwicanyi mu migumuko.


Ariko bose basemerera icarimwe bati “Uwo muntu nabambwe, uturekurire Baraba.”


Kubera ko Pilato yagomba kurekura Yesu, yongera avugana n’iryo sinzi ry’abantu.


Wewe nturi wa Munyegiputa yatera umugararizo mu misi iheze, agatwara mu bugaragwa abicanyi ibihumbi bine?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite