Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Ariko bose basemerera icarimwe bati “Uwo muntu nabambwe, uturekurire Baraba.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Ariko bose basemererera icarimwe, bati Kūrah’ uyo, uturekurire Baraba.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:18
10 Referans Kwoze  

Gushika kuri ayo majambo, abantu bari bakiriko baramwumviriza. Maze baca batangura gushira urwamo hejuru bati: “Mukure kw’isi! Uwo ntakwiye kubaho!”


Isinzi ry’abari bamukurikiye bagenda barasemerera bati: “Mwice! Mwice!”


Mwihakanye Uwera, Umugororotsi, musaba ko barekura umwicanyi.


Igihe cose kuri Pasika, Pilato yama abarekurira imbohe imwe.]


(Uwo Baraba yari yatawe mw’ibohero yagirizwa umugumuko wari wabaye mu gisagara hamwe n’ubwicanyi.)


ariko Petero we asigara hanze. Maze wa mwigishwa yari azwi n’umuherezi mukuru aragaruka avugana n’umukobwa yarinda umuryango, na we yemerera Petero kwinjira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite