Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Abakuru b’aherezi n’abigisha b’ivyagezwe bari bahagaze ngaho, bamwagiriza bashimitse.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe barahagarara, bakovya kumwagiriza cane.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:10
8 Referans Kwoze  

Twasanze uwu mugabo ari inkozi y’ikibi. Agumura Abayuda aho bari kw’isi yose akabatera kugarariza. Ni we arongoye idini ry’ubuzimire ry’Abanazareti,


Ariko barushiriza kuvuga bati: “Agumura abantu i Yudaya hose biciye mu nyigisho ziwe. Yatanguriye i Galilaya none raba ashitse n’ino i Yerusalemu.”


batangura kumurega bavuga bati: “Uwu muntu twasanze ariko aragumura abantu bo mu bwoko bwacu, ababuza gutanga ikori rya Kayisari, kandi yigira Kristo, umwami.”


Yesu ahejeje kuvuga ivyo, aca ava aho hantu. Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe baca batangura kumugwanya cane, bamubaza ibibazo ku bintu bitandukanye,


Ariko abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’Abayuda bamwagirije, ntiyishura na kimwe.


Nuko abaza Yesu ibibazo vyinshi ariko ntiyishura na kimwe.


Herode n’abasoda biwe baca batangura kumushinyagurira no kumucokora. Baca bamwambika impuzu y’ubwami, baramurungika asubira kwa Pilato.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite