Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 23:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Nuko abari mu nama bose bavira hasi rimwe bamujana kwa Pilato,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Iryo koraniro ryose riva hasi, bamujana kwa Pilato.

Gade chapit la Kopi




Luka 23:1
7 Referans Kwoze  

Bukeye, inama nkuru y’abatwara ubwo bwoko irakorana, irimwo abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe, maze Yesu ajanwa imbere yabo.


Baca bavuga bati: “None hari ibindi vyabona dukeneye? Ntituvyiyumviye bimwiviriye mu kanwa?”


Ni ivy’ukuri Herode na Pontiyo Pilato bifatanije n’Abanyamahanga hamwe n’ubwoko bwa Isirayeli bwo muri iki gisagara, kugira ngo bagwanye umusavyi wawe yera Yesu, uwo warobanuje amavuta.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite