Luka 22:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Maze Umusi Mukuru w’Imikate Itarimwo Umwambiro urashika, kandi kuri uwo musi bategerezwa gutanga ikimazi c’umwagazi w’intama wa Pasika. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Umusi w’imitsima itambiwe urashika, uwo bakwiye kubāgak’ umwagazi w’intama wa Pasika. Gade chapit la |