Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 22:60 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

60 Petero yishura uwo muntu ati: “Sinzi n’ivyo uriko uravuga.” Akiriko aravuga, isake ica irabika.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

60 Petero aramubgira, at’ Eka wa muntu, sinzi n’ivy’ uvuze. Akivuga, uwo mwanya inkoko irabika.

Gade chapit la Kopi




Luka 22:60
7 Referans Kwoze  

Petero yongera kubihakana, maze uwo mwanya nyene isake ica irabika.


Yesu aramubwira ati: “Petero, ndakubwire ukuri, isake itarabika uzoba umaze kunyihakana gatatu kose uvuga ko utanzi.”


Yesu aramwishura ati: “Ndakubwire ukuri, iri joro nyene, isake itarabika, uzoba umaze kunyihakana gatatu kose.”


Haciye nk’isaha, uwundi muntu arabishimangira ati: “Ni ivy’ukuri uwu yari kumwe na Yesu, kuko ava i Galilaya.”


Umwami Yesu aca arahindukira, araba Petero mu maso. Petero na we aca yibuka ya majambo Yesu yari yamubwiye ati: “Uno musi nyene, isake itarabika, uza kuba umaze kunyihakana gatatu.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite