Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 22:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Nuko arasenga cane, yuzuye umubabaro mwinshi, icuya ciwe gicika nk’amama y’amaraso atonyangira hasi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Arushirije kwicwa n’umubabaro, ashishikara gusenga cane, icuya ciwe kiba nk’ibitonyanga binini vy’amaraso bitonyanga hasi.

Gade chapit la Kopi




Luka 22:44
16 Referans Kwoze  

Yesu akiri kw’isi, yarasenze kandi aringinga aboroga mbere anarira. Yasenga Imana yari ishoboye kumukiza urupfu. Imana yaramwumvise kuko yari aciye bugufi akayumvira mu bwizigirwa.


Ko itimanye Umwana wayo bwite, ariko ikamutanga ku bwacu twese, mbega ntizorushiriza kutugabira vyose hamwe na we?


Mfise uruhagarara mu mutima, mbega mvuge nti: ‘Data, nkiza iyi saha’? Ariko iki ni co canzanye, iki gihe ni co canzanye.


Yunamutse ahejeje gusenga, asubira aho ba bigishwa biwe bari bari, asanga barasinziriye, baremerewe n’umubabaro.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite