Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 22:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Bashitseho, Yesu arababwira ati: “Nimusenge kugira ngo ntimutsindwe n’amageragezwa.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Ashitse aho hantu, arababarira, ati Ni musenge, kugira ngo ntimuje mu mosha mabi.

Gade chapit la Kopi




Luka 22:40
16 Referans Kwoze  

Ntudutererane ibitugerageza, uhubwo udukize wa mubi. [Kuko Ubwami, ubushobozi n’ubwiza ari ivyawe ibihe vyose. Amen.]


Umuhero wa vyose uri hafi. Ku bw’ivyo, mukwiye kubaho mwirinda kandi mugavye kugira ngo mushobore gusenga.


Arababaza ati: “Ni kuki musinziriye? Nimuvyuke, musenge kugira ngo ntimutsindwe n’amageragezwa.”


Ko witondeye ibwirizwa ryanje ryo kwihanganira ibikugerageza, nanje nzokurinda ibihe vy’amagorwa bigiye kuza kw’isi yose kugerageza abayibako.


Uduharire ivyaha vyacu, kuko natwe duharira umuntu wese aducumuyeko. Ntudutererane ibitugerageza.’ ”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite