Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 22:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Yesu aca arababaza ati: “Igihe nabarungika ata saho, ata mufuko canke ibirato, hari ico mwakenye?” Baramwishura bati: “Nta na kimwe.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Kand’ arababaza, ati Hamwe nabatuma mudafise umupfuko w’amahera cank’ isaho cank’ inkweto, har’ ico mwabuze? Baramwishura, bati Nta co twabuze.

Gade chapit la Kopi




Luka 22:35
16 Referans Kwoze  

Ntihagire amahera, isakoshi canke ibirato vyo gukuranya mwitwaza; kandi ntimuramutse abantu mu nzira.


Arababarira ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo, yaba inkoni, umufuko, ivyokurya, amahera, canke impuzu yo gukuranya.


Yesu aramubwira ati: “Petero, ndakubwire ukuri, isake itarabika uzoba umaze kunyihakana gatatu kose uvuga ko utanzi.”


Aca arababwira ati: “Ubu rero uwufise amahera mu mufuko nayibangikanye, uwufise isakoshi ayitore, kandi n’uwudafise inkota agurishe umutamana wiwe ayigure.


Nk’uko Ivyanditswe bivuga: “Abegeranije vyinshi basanze bitarenze ivyo bakeneye, abegeranije bike na bo basanze bitari musi y’ivyo bari bakeneye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite