Luka 22:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Yesu arababwira ati: “Abami b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ababafiseko ububasha bose bashaka kwitwa abagiraneza. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Arababgira, at’ Abami b’amahanga bayatwaza amanyama, n’abafise ububasha bgo kuyaganza bitwa ba rutungaboro. Gade chapit la |